Ihanga ry’Imana Abisezerano ry’ipfurije aba Adventistes bose b’umunsi w’indwi gutangura isabato nziza.

Ihanga ry’Imana Abisezerano ry’ipfurije aba Adventistes bose b’umunsi w’indwi gutangura isabato nziza. Iyi sabato mutanguye ibabere akaruhuko koko ku kumutima no kumubiri. Mukomeze gusuzuma ibimenyetso vy’ibihe no kwitegurira gusanganira umwami Yesu aho ahiye kugaragara ku bicu.

Publicités