Musaga : Abajejwe intwaro babiri bakwije iminsi ine mw’ibohero rikuru rya MPIMBA

Abo bajejwe intwaro bahagaritswe ku munsi wa mbere, bamara iminsi ibiri bapfungiwe mw’igendereza. Ku munsi wa gatatu niho bashikanwa mw’ibohero rikuru rya Mpimba.

Amakuru dukura mw’ibohero rikuru rya Mpimba avuga ko abo bagabo babiri bahora bari mu bajejwe intwaro muri zone ya Musaga bagirizwa ko bahora bafasha kuronka amakarata karangamuntu ku bantu batayafitiye uburenganzira.

Publicités