Dusangire Ijambo ry’Imana (Matayo 5:33-37)

🌈NTUKARAHIRE 🌈MATAYO 5:33_34_35_36_37.

33.Mwarumvise kandi kW abakera babwiwe ,ngo Ntukarahire ngo wirahuruze,arik ‘uz’ukorere UHORAHO Ivyo wamusezeraniye:

34.ariko jeho ndababwire:Ntukarahire namba;nturahire ijuru kukw ar’intebe y’IMANA;35.cank’isi,kukw iri yo ndava y’ibirenge vyayo;cank’i yerusalemu,kukw ar’umurwa w’umwami ahambaye.

37.Nturahire umutwe wawe,Kuk udashobora guhindura agashatsi na kamwe ngo kere canke ngo kirabure.

37.Arikw ijambo ryanyu robe EGO,ego; Oya,oya:ikirenze Ivyo kiva kuri wa mubi👏AMEN👏