Singapour : Umukuru w’igihugu wa mbere w’umugore yagenwe

Halimah Yacob yashoboye gutsindira ico kibanza hatarinze kuba amatora bivuye ku mahinduka yabaye mu mwaka wa 2016 atanga akaryo kangana ku baserukira imiryango y’amakoko ari mw’ico gihugu kuja ku butegetsi bw’igihugu.

Bivugwa ko hari haciye imyaka 52 umukuru w’igihugu ava mu bwoko bw’aba « Malais » atwaye ico gihugu, uwaheruka w’uwo muryango akaba yatwaye mu mwaka w’1965.

Halimah Yacob

Halimah Yacob w’imyaka 63 ava mu bwoko bw’aba « Malais » abaye umugore wa mbere atwaye igihugu ca Singapour, yatanguye ibikorwa vyiwe vya poritike mu mwaka wa 2011, mu mwaka wa 2011 aba umushikiranganji w’urwaruka n’inkino, mu mwaka wa 2013 gushika 2017 naho aba umukuru w’inama nshingamateka ya Singapour.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s