đICAZANYE YESU MW ISIđYOHANA 12:44_45_46_47_48_49_50.
44.YESU arasemerera,at’Unyizera,si jewe yizeye,ariko yizeye uwantumye.
45.umbonye aba abonye uwantumye.
46Naje mw isi nd’umuco,kugira ng’unyizera wese ntaz’agume mu mwiza.
47.Ariko ni hagira uwumva Amajambo yanje,ntayazigame,si jewe ndamucirakw iteka;kuko ntazanywe no gucirakw iteka isi,ariko nazanywe nazanywe no gukiza isi.
48.Arik ungaya,ntiyemere Amajambo yanje,ari nikizomutsindisha.ijambo navuze ni ryo rizomutsindisha ku musi w’umuhero.
49.Kukw Ivyo ntabivuze mvyigeneye,ariko Data yantumye,ni we yangeze Ivyo nkwiye kuvuga n’ivyo nkwiye gusigura.
50.Kandi ndazi yukw Ivyo yageze ar’ubugingo bidashira.Nukw Ivyo mvuga,mbivuga nk’ukw Data yambariye.đAMENđ