Amerika na Israel vyivanye muri UNESCO

Amerika na Israel vyatangaje ko bivuye mw’ishami rya Onu rijejwe indero, ubuhinga n’imico kama Unesco bivuga ko Israel ikumirwa.Uworongoye Unesco Irina Bokova yavuze ko bibabaje ariko ko bitamutangaje.

Kuva mu myiyamamazo y’umukuru w’igihugu aheruka, prezida Trump yagumye anebagura iryo shirahamwe ari na ko avuga ko Amerika ari yo iterera amahera menshi cane, anavuga ko azoyagabanya.Mu 2011 Amerika yarahagaritse amahera yatanga muri Unesco binubira ko iryo shirahamwe ryemereye igihugu ca Palestine kuba mu bagize iryo shirahamwe.

Amerika itanga ibice 22% vy’amahera Onu ikoresha hamwe n’ibice 28% mu bikorwa vyo kugarukana amahoro vya Onu.

Unisco iri mu gikorwa co gutora umukuru mushasha w’iryo shirahamwe, abahoze ari abashikiranganji ba Qatar n’Ubufaransa, Hamd bin Abdulaziz al-Kawari na Audrey Azoulay bakaba babangabanganywe muri ayo matora.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s