Rwanda: Ubucamanza beasubiriye kwunguruza urabanza rwa Diane Rwigara

Adeline RWIGARA yasavye abacamanza ko imbere y’ukuburanishwa yobanza agahabwa dosiye irimwo ivyaha yagirizwa.Yasavye kandi yohabwa uburenganzira bw’ukugenderwa (Visite) aho mw’ibohero, guhabwa iminota 30 ku munsi y’ukuja hanze gusama akayaga, hamwe n’uko yosubizwa igitabu ciwe ca Bibiriya, n’igitabu kirimwo indirimbo igiporisi cafashe.

Diane Rwigara na Murumuna we basabiwe kuburana batandukanijwe n’umuvyeyi wabo

Sentare yasubiriye kwegeza inyuma urwo rubanza, irushira kuri uwu wa mbere igenekerezo rya 16 Gitugutu 2017.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s