Gitega : Imiriyoni 10 z’amarundi zibwe muri posita ya Makebuko

Amakuru ava i Makebuko, amenyesha ko umurwi w’abasuma baratanebyekana wasituye winjira muri posita, uca wugurura amasandugu abikwamwo amafaranga utora imiriyoni 10 z’amarundi.
Ayo makuru nyene amenyesha ko uwikekwa cane muri ubwo busuma ari umunyezamu yari acunze ibiro vya posita, kuko ayo mafaranga amaze kwibwa atasubiriye kuboneka, n’ubu akaba akironderwa.

Abajejwe intwaro muri komine Makebuko baremeza ayo makuru, bakavuga ko amatohoza yamaze gutangura.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s