Ruyigi : Amakinga 5 akekwa ko ari ayibwe yafashwe n’igiporisi

Amakuru ava mu giporisi c’Uburundi amenyesha ko amakinga atatu yafatiwe ku mugabo azwi kw’izina rya NKURUNZIZA nk’igihe c’isaha icumi na zibiri z’umugoroba kur’uyu wa kane, aho nyene hakaba hatowe n’ivyuma vyinshi bifasha mu gukora amakinga.

Ayo makuru nyene amenyesha ko ayandi makinga abiri yafatiwe kwa Marius NTAHOMPAGAZE aba ku mutumba Vumwe nyene.

Abo bagabo uko ari babiri bose bari mu minwe y’igiporisi, ku mv z’amatohoza.

Publicités