Rusizi: ibiziga bibiri vyabantu vyabonywe mu ruzi rusizi.

Ababonye ubwa mbere ivyo biziga bamenyesha ko abo bantu batamenyekanye, bakavuga ko ivyo biziga vyabo vyari biboshe amaboko.

Gushika ku mugoroba wo kuri uwu wa mbere, ivyo biziga ntivyari bwakurwe mu ruzi Rusizi.

Publicités