Mudufashe guhimbaza Imana muri uyu mwaka wa 2018.

🌈YAMARA NAWE WARUKWIYE GUHIMBAZA IMANA🌈

ZABURI 88:1_2_13.

1/UHORAHO,MANA y’agakiza kanje;ntakambira imbere yawe ku muryango no mw ijoro.

2/ugusenga kwanje ni kuje gushika mu nyonga zawe:n’utegere ugutwi ugutakamba kwanje.

13.ariko,UHORAHO,ni wewe ntakambira,kandi mu gitondo ugusenga kwanje kuzogusanganira.

3/2NGOMA 30:8_ngo none rero mweho ntimugamike amazosi nka ba sogokuruza banyu,ariko muyoboke UHORAHO,muze muze mu rusengero rwiwe yejeje gushitsa ibihe vyose,mube abasavyi K’UHORAHO IMANA yanyu,kugira ng’uburake bwiwe bw’inkazi bubaveko.

4/Gusubira muvyagezwe 28:58.nimutitondera amajambo yose yo mur’ibi vyagezwe vyanditswe mur’iki gitabo,ngo mubishitse;muteko mutinye iri zina ry’icubahiro riteye ubwoba,ni ry’iri UHORAHO IMANA YANYU;

5/Gusubira muvyagezwe 29:9.

None rero ni mwitondere amajambo y’iri sezerano,muyashitse,kugira ngo mugire ukuboko kwiza mu vyo mukora vyose.🙏AMEN HIMBAZWA MWAMI YESU🙏