Afrika Yepfo: Cyril Ramaphosa ati ANC yiciyemwo imice.

Umukuru w’umugambwe uri ku butegetsi « African National Congress » (ANC), Cyril Ramaphosa, yavuze k’uwo mugambwe wiciyemwo imice bitewe n’abagomba kuwifatira mu minwe hamwe n’ibiturire.

Mw’ijambo yashikirije ubwa mbere inyuma yaho atorewe kurongora ANC, Bwana Ramaphosa asaba umugambwe kurangwa n’ubumwe, kunagugwa no guhindura ingendo.

Yavuze ko hakwiye kuba inagugwa rikomeye ku bijanye n’imibano n’ubutunzi, kugira ngo abanyagihugu bafatwe ku mangane.

Yavuze ko umugambwe utegerezwa kunagura ubutunzi ku buryo abantu bose batera imbere, hakubona bake aribo bushikako gusa — ariko ngo birakenewe ko abanyamitahe bavuye hanze baza mu gihugu kugira ngo ivyo bishikweko.

(Yavuze ko hakwiye kuba amasezerano hagati ya leta, abakozi hamwe n’abadandaza, kugira ngo iryo nagugwa rikogwe ningoga.)

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s