Onu itewe amakenga n’ingwano ibera muri Syria muri kino gihe

Umunyamabanga mukuru wa Onu, Antonio Guterres, yasavye ko ingwano iri mu gihugu ca Syria yohagarara inyuma yaho Israeli igavyeyo ibitero ku munsi wa gatandatu.

Bwana Guterres yavuze ko ariko arakurikiranira hafi ingwano iteye amakenga iri muri Syria, n’ingaruka ziteye ubwoba zokwadukana ku mipaka.

Igisirikare ca Israeli casiguye kw’ivyo bitero ari ivya mbere bikomeye muri ino myaka 30 irangiye.

Umuvugizi w’igisirikare ca Israeli, Jonathan Conricus, yabwiye BBC ko barashe ibirindiro vy’igisirikare ca Syria biri hafi y’umugwa mukuru Damas, hamwe n’ibibanza bine bigenzugwa na Irani muri Syria.

Ivyo bitero vyagabwe igihe indege y’igisirikare ca Israeli yaraswa igakoroka.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s