Beni na Goma ntaminsi ihara atagama gahitanye abantu. Ejo abantu barenga batanu barishwe muri localité ya Mavivi. Bamwe bakavuga ngo haba hariko harahigwa aba ADF/ Ndalu. Abantu benshi baranyuruzwa bakicwa kakaba akamizwe n’ingoma.