Nivyiza kwemerakuvyagwa ubwakabiri.

🌈MUZE TWEMERE KUVYARWA UBWA KABIRI IMANA ITUYOBORE 🌈®️

1/Nuko rer’umuntu wese iy’ari muri KRISTO,aba ar’icaremwe gisha:ivya kera biba bihise,vyose biba bicitse bisha.2 AB’ I KORINTO 5:17.

2/ko muzi yuk’uwo ar’umugororotsi,murazi yuk’ukora ivy’ukugororoka wese yavyawe na we,1YOHANA 2:29.

3/Kuko mwavyawe ubwa kabiri,mutavyawe n’imbuto ibora,ariko mwavyawe n’imbuto itabora,mubiheshejwe n’ijambo RY’IMANA ririho rigahoraho.1PETERO1:23.

4/YESU aramwishura ati n’ukuri,n’ukuri ndakubwire iy’umuntu atavyawe ubwakabiri,ntashobora kubona ubwami BW’IMANA.YOHANA 3:3.

5/Turazi yuk’umuntu wese avyawe N’IMANA adakura ivyaha,arik’umwe yavyarwa N’IMANA aramuzigama,kandi wa mubi ntamukorako.1YOHANA 3:3.

6/Kandi nzobaha umutima musha,mbashiremw’impwemu nsha;nzokura umutima ukomeye nk’ibuye mu mibiri yanyu,mbahe umutima woroshe nk’inyama.EZEKIYELI 36:26.

7/None rero,uz’uzire akaziri ntunywe vino cank’ikiboreza na kimwe,kandi ntuz’urye ikintu na kimwe gihumanya.

🙏AMEN HIMBAZWA MWAMI YESU🙏

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s