Ihanga ry’Imana ABISEZERANO ribipfurije mwese isabato nziza.

Abemera mwese yuko isabato ariwo munsi ugire indwi muruhukako imirimo yanyu kandi mukayizihiza, Ihanga ry’Imana ABISEZERANO rirabipfurije kuyitangurana Amahoro n’umunezero.

Publicités