Ugucungugwa kwarabaye nkuko vyari vyareretswe Yesaya

🌈YESAYA YEREKWA UGUCUNGURWA KUZOZAđŸŒˆÂźïž

YESAYA 25:1_4_9.

1/EWE UHORAHO,ni wewe MANA yanje;nzogushira hejuru,ntazire izina ryawe;kuko wakoze ibitangaza,ivyo wagabiye uhereye kera,ur’uwo kwizigirwa n’uw’ukuri.

4/Kuk’umugorwa wamubereye igihome,wabereye igihome umukene mu vyago vyiwe,n’igitutu mu ndugumba,iy’inkubi y’abantu bagaterabwoba imeze nk’igihuhuta cisuka kunzu.

9/Nuko Kur’uwo musi bizovurwa,ngw Eh’iyi ni yo MANA yacu,ni yo twari turorereye,na yo iradukiza:uyu ni we UHORAHO;ni we twari turorereye;duhimbarwe,tunezerwe agakiza kiwe.

YESAYA 30:23_26_29.

Kand’azorekurira Imvura imbuto muzobiba mu ndimiro,kand’imihure ivuye mu ndimiro izoba inovereye yo gutunga amagara:ico gihe imikuku izorisha ivyanya binini.

20/Kand’umuco w’ukwezi uzomera nk’uw’izuba,kand’umuco w’izuba uzokwongerekanywa ibihetangabo ndwi,ungane n’umuco wo mu misi ndwi,ku musi UHORAHO azopfuka ibikomere vy’abantu biwe,akavura n’inguma yabakubise.

29/Nuko muzogira indirimbo nk’iyo baririmba mwijoro ku musi mukuru wera; muzogira n’umunezero wo mu mutima. 🙏AMEN HIMBAZWA MWAMI YESU🙏