Mwaro : Umwana umwe yapfuye aguye mu kinogo c’amazi

Umwana w’umuhungu yaritavye Imana aguye mu kinogo c’amazi, ku mutumba Rucunda, komine Rusaka ,intara ya Mwaro.

Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano Pierre NKURIKIYE, amenyesha ko uwo mwana azwi kw’izina rya NIYONGABO Onesphore yitavye Imana ku mugoroba wo kur’uno wa gatandatu igenekerezo rya 7 Ndamukiza 2018.

Pierre NKURIKIYE avugira ubushikiranganji bw’umutekano, amenyesha ko uwo mwana yaciye yitaba Imana ubwo nyene, ikiziga ciwe kikaba caciye kijanwa kw’ivuriro ritoya ryo ku mutumba Yanza.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion /  Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion /  Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion /  Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion /  Changer )

w

Connexion à %s