Baza muganga: Umuvyibuho w’umurengera (Obésité)

UMUVYIBUHO WUMURENGERA (obésité)

Umuvyibuho wumurengera ni kimwe mubintu bibangamiye abantu batari bake kuko iyo umuntu agize umuvyibuho wumurengera akenshi bimutera ubumuga butandukanye canke akaba afise ubwo bumuga

NIRYARI UBONA KO UMUNTU AFISE UMUVYIBUHO WUMURENGERA?

nkuko dusanzwe tubizi turazi ko umuntu afise ubuzima bwiza aba afise ibiro bingana n’ ibice arenza kumetero zuburebure apima

Aha twobaha akarorero nkiyo umuntu apima 1,73 m canke 173cm aba akwiye gupima ibiro 73 ariko ntitwovuga ko misi yose nuworenzako ikiro kimwe aba yagize umuvyibuho wumurengera hari ibiro vyihanganirwa kuko iyo umuntu arenzako 10 à 15% twovuga nkiyo urenzako ibiro 7 aho ivyo nibiro nivyo kwihanganira ariko mugihe birenga ivyo uba wagiye mubafise umuvyibuho wumurengera

NI BIHE BINTU BITERA UMUVYIBUHO WUMURENGERA

turazi neza ko ibice vyinshi vyabantu aha twovuga nkibice 95% ko bagira uwo muvyibuho biciye kumeza muvyo bihereza haca haba nibice 5% vyavuye kukaronda (hérédité)

Aha twobabwira ibintu nyamukuru akenshi bitera uwo muvyibuho wumurengera

1. Isukari ,ibisosa n’ amafanta(sucré, sucrerie et limonade)

Isukari yo mumahinguriro n’ ibindi bisosa bigwiriyemwo isukari yo mumahinguriro navyo biri mubituma umuntu agira umuvyibuho wumurengera kuko iyo iyosukari ibaye vyinshi ituma hari inkaburamubiri (hormone) itakara ihingugwa n’ agace ko mubwonko bita hypophyse iyo nkaburamubiri itakara ikaba yitwa hormone mobilisatrice des graisses iyo akenshi isohoka igice mu mwanda muto iko isohoka kurugero runini niko uvyibuha cane

2. INZOGA (alcool)

Aha twovuga ko inzoga zitunze ibintu bitatu nyamukuru bitanga inguvu(colorie)aha twovuga

1. Ibinure(lipide)

2. Isukari(hydrate de carbone)

3. Indemamubiri(protéine)

Ivyo vyose biri mu nzoga igitigu kirabihinguramwo ibinure bita glycogène ,haca haba combustion kugira bitange isukari bita glucose itembera mu maraso nayo ikazotanga ivyo twita ATP(adénosine triphosphate) nayo igatanga inkomezi

Mubisanzwe iyo wama unwa inzoga niko isukari iba vyinshi igitigu ntaco kikayihinguramwo ibinure vyinshi hama umuntu bigatuma agira umuvyibuho wumurengera

3. Inyama’ amata ,amagi(viande ,lait et oeuf)

Ivyo navyo bifise ibinure vyinshi bituma umuntu agira umuvyibuho wumurengera

4. Kwama urya burimwanya kandi urya irya zigwiriyemwo ibinure,isukari n’ indemamubiri

INGARUKA MBI YUMUVYIBUHO WUMURENGERA

ingarukambi numurengera iyo umuntu yagize umuvyibuho wumurengera aha twovuga kenshi iyo ufise umuvyibuho wumurengera uba ufise ubumuga bitandukanye aha twovuga

1. Gucika umugongo

2. Indwara y’ igisukari (diabète sucre)

3. Ivuduka ryumurindi w’ amaraso(hypertension artériel)

4. Umuruho(fatigabilité)

5. Indwara yo kuvyimba imitsi yo kumaguru (varice)

6. Amasanganya y’ imitsi yo mubwonko

7. Cancer

8. N’ ibindi vyinshi

CONSEIL NUTRITIONNEL

Akenshi umuvyibuho wumurengera gushika naho inda iseseka sa mahigwe nkuko benshi iyo babonye uwasheshe inda babona ko aramahegwe ariko numubabaro aha twobasabo ko uwufise ubwo bugwayi yokwama yihereza : indimu, concombre,ibitunguru bitukura,tungurusumu,amavuta ya tournesol nibindi kugira agabanye ibinure

UMUTI

TURABAFITIYE UMUTI WIGITANGAZA AHO UMUNTU AWUFASHE ASHOBORA GUPUNGUKA IBIRO KURUGERO YIPFUZA AHA TWOVUGA

1. jus minceur

2. Tisane fortifiante

3. Salade crue

Wipfuza ubufasha bwacu mwoturondera uku gukurikira

Téléphone

69478646

72104961

75368505

Whatsap:

69478646

Face book:NKURUNZIZA Eliachim

Adresse:

Rohero 2 avenue moso numéro 6

Ndazi ko isi yuzuye ishari n’ inzigo gusa tsinda umugwanizi ukore iciza ubirungikire abandi wironkere imigisha