đIMANA IRADUKUNDA ITUGWANIRA INTAMBARA BURI MUSI,IZIBONEKA NIZITABONEKAđÂźïž
YOHANA 2:16.kuk’urukundo IMANA yakunze abari mw isi ari rwo rwatumye itanga umwana wayo w’ikinege,ng’umwizera wese ntaz’apfe rubi,arikw ahabwe ubugingo budashira.
YOHANA 8:10_11._YESU yunamutse aramubaza,ATI yewe mugore,bamwe bakurega Bari hehe?Ntanumwe aguciriye urubanza?
11_nawe ATI nta n’umwe,mugenzi,genda guhera Ubu ntuzosubire gukora Ivyaha.
YOHANA 14:34_35_Ndabaha icagezwe gisha ni mukundane;nk’uko nabakunze,Abe ariko namwe mukundane.
35_Ni mwagirirana urukundo,ni ho Bose bazomenya KO mur ‘abigishwa banje.đAMEN HIMBAZWA MWAMI YESUđ