Tubwirane izaburi ya 119: 153-160/ placide Nduwayezu.

Shira Umutima Kumarushwa Yanje, Undokore Kuko Ntibagira Ivyageze Vyawe . Umburanire, Uncungure: Ungire Muzima,nk’ukwijambo Ryawe Ryavuze. Agakiza Kari Kure Y’abanyakibi, Kuko Batarondera Ivyo Washinze. Uhoraho Imbabazi Zawe Zirakomeye, Ungire Muzima, Nk’ukwimaza Zawe Zashinze. Abampinga N’abandwanya Ni Benshi, Ariko Simpuba Ngomve Muvyowihanikirije. Nabonye Abava Mw Isezerano,ndashavura: Kuko Batitondera Ijambo Ryawe. Raba Ingene Nkunda Amateka Washinze: Uhoraho, Ungire Muzima, Nk’ukwimbabazi Zawe Ziri. Ijambo Ryawe Ryose Ripoperanirijwe Mukuri; Imanza Zawe Zigororotse Iyo Ziva Zikagera Zamah’ibihe BidashirShira Umutima Kumarushwa Yanje, Undokore Kuko Ntibagira Ivyageze Vyawe . Umburanie, Uncungure: Ungire Muzima,nk’ukwijambo Ryawe Ryavuze. Agakiza Kari Kure Y’abanyakibi, Kuko Batarondera Ivyo Washinze. Uhoraho Imbabazi Zawe Zirakomeye, Ungire Muzima, Nk’ukwimaza Zawe Zashinze. Abampinga N’abandwanya Ni Benshi, Ariko Simpuba Ngomve Muvyowihanikirije. Nabonye Abava Mw Isezerano,ndashavura: Kuko Batitondera Ijambo Ryawe. Raba Ingene Nkunda Amateka Washinze: Uhoraho, Ungire Muzima, Nk’ukwimbabazi Zawe Ziri. Ijambo Ryawe Ryose Ripoperanirijwe Mukuri; Imanza Zawe Zigororotse Iyo Ziva Zikagera Zamah’ibihe Bidashira.

ZABURI 119:153-160

Publicités