Uburusiya : Vladimir Poutine yarahiriye kurongora igihugu ku kiringo ca kane

Umukuru w’igihugu c’Uburusiya ,Vladimir Poutine yarahiriye kurongora igihugu, ku kiringo ca kane c’imyaka itandatu, gushika mu mwaka wa 2024. Ibirori vyabereye ku ngoro nkuru iri ahitwa Kremlin.

Amakuru dukesha ikinyamakuru c’abafaransa lepoint.fr , avuga ko Vladimir Poutine yavuze ko abona ko ari ico ategerezwa kandi biri no mu buzima bwiwe, gukora kubwa kubu na kazoza vy’igihugu c’Uburusiya.

Ayo makuru nyene ,amenyesha ko, azi ico ategerezwa gukorera umurusiya wewe, kandi azokora vyose kugira yongereze inguvu, ubutunzi hamwe n’iteka ry’igihugu c’Uburusiya.

Yavuze ko ubwiza n’inguvu z’Uburusiya biri mu muco wabo mwiza hamwe no mu bumwe bubaranga.

Vladimir Poutine yatowe mu kwezi kwa Ntwarante, ku majwi 76,7 kw’ijana, akaba ari ku butegetsi kuva mu mwaka wa 2000.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion /  Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion /  Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion /  Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion /  Changer )

w

Connexion à %s