Africa Yepfo: Abo mwidini ryaki Islam barasubiranyemwo bakicana rubi.

Mw’idini ryaki isilamu muri Afrika Yepfo harimwo imigwi myinshi nkahandi hose. Mugabo igitangaje n’uko harimwo umugwi w’intagondwa usanga abandi ba isilamu mu misigiti aho bariko barasari jkubanyuruza canke ukubakererera ngaho nyene. Mugisagara ca Durban uyu munsi habaye ubwicanyi mumusigiti bwiyongera kubuheruka.

Ivyo bintu birahagaritse umutima abaisiramu batari bake kuburyo bariko barasaba Leta yaho kubakingira.

Publicités