Ihanga ry’Imana Abisezerano ribipfurije kugira isabato nziza.

Hari abantu benshi bubaha kandi bakaziririza isabato. Hariho n’abandi bagira bati isabato yariyo abayuda, twebwe dusenga igihe cose hariho ikoraniro. Duhamarira abantu kudapfa canke kudatandukanywa n’ukeizera kwabo mugabo bagakundana nkuko Yesu yabakunze. Ni naco gituma mwese tubipfuriza isabato nziza kugira ibabere akaruhuko n’imihezagiro.