Isirayeri: Abanyaparestina bateguye imyiyerekano yo kwiyamiriza Isirayeri hapfamwo 58

Inyuma y’urupfu rwahitanye abantu 58 mu karere ka Gaza kur’uno wa mbere igenekerezo rya 14 Rusama 2018 bishwe n’igisirikare ca Isirayeri, hateguwe iyindi myiyerekano mu turere tubamwo abanyeparestina.

Amakuru dukesha urubuga rw’iradiyo y’abongereza BBC, amenyesha ko ku munsi wa mbere ariho hapfuye abantu benshi kuva hatanguye imyiyerekano y’urutavanako ku rubibe rwa Gaza rugizwe n’intsinga haraheze indwi.

Ku musi wa kabiri uhuriranye n’ukwibuka imyaka 70 iheze, abanyepalestina bita Nakba- aho abanyepalestina benshi bomoka bivuye ku ntambara yo gushinga igihugu ca Isirayeri.

Aho mu karere ka Gaza, ibintu bias n’ibitoroshe cane, kandi bigiye gufata iyindi ntumbero, kuko hari n’iyindi mishamirano yitezwe mu karere ka Gaza, mu gihe abapfuye bazoba bariko barahambwa.

Imidurumbanyo yo ku wa mbere yadutse igihe Amerika yari mu birori vyo kwinjira inyubakwa yabo y’ubuserukizi ya mbere i Yerusaremu, ingingo yababaje cane abanyepalestina.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion /  Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion /  Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion /  Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion /  Changer )

w

Connexion à %s