Si ubwa mbere kandi si ubwakabiri yibisha inkoho na bagenzi biwe . Rimwe akiri mu gisirikare c’Uburundi yarabikoze arafatwa hanyuma arapfungugw. Ubu rero yari yarabigize umwuga. Uyu munsi, bigize abakozi ba regideso Baca barinjira ku Mutanga Nord bariba basiga barashe umukozi.
Uwu Daniel Mbanyenimana aturuka mu ntara ya Ngozi yafashwe birutse muri probox kigobe aho iyo modoka barimwo iciye itoboka ipine.