UMUNTU WESE ANSHIKANIRA IKIMAZI C’ ISHIMWE ABA AMPESHEJE ICUBAHIRO.

Ndabaramukije amahoro y’ Imana bakundwa. shalom!

Abantu bakunda Imana , kenshi turasenga tuyisaba ibi na biriya. Kandi kuko idukunda , irishura amasengesho yacu. None inyuma y’ inyishu tuhashira iki? Umve uko Imana ivuga :

ZABURI 50:23.

UMUNTU WESE ANSHIKANIRA IKIMAZI C’ ISHIMWE ABA AMPESHEJE ICUBAHIRO.

Mbe basha twe namwe duhora tubikora?

Reka ndabareke muvyiyumvireko.

Mpwemu Yera abamurikire!!!

2 TIMOTEYO 3:1)Ariko umenye yuko mumisi yiherezo hazoza ibihe bigoye .

2)kukwabantu bazoba bikunda gusa bakunda amahera, birarira, bibona ,batukana, batunvira abavyeyi,intashima,abanegura ivy, Imana

3)badakunda nababo,banka kuzura, barementanya, batigarura, inkazi, badakunda ivyiza, 4)abaguranyi ,ibirandamuke, abikakisha, bakunda ibibahimbara bakabirutisha Imana,

5)bafise ishusho yokubaha Imana ariko bahakana ubushobozi bwakwo:abameze bartyo wame Ubatera ibitugu.