Prezida Uhuru Kenyatta yemeye kugabanya amakori ku gitoro muri Kenya

Prezida Uhuru Kenyatta yemeye kugabanya ikori ryiyamirijwe n’abanyagihugu ry’ibice 16% ku bitoro muri Kenya.

Mw’ijambo yashikirije abanyagihugu, prezida Uhuru yasavye ko iryo kori ryogabanywa gushika ku gice, n’ukuvuga ibice 8%.

Prezida Kenyatta yavuze ko yumvise amarira y’abanyagihugu kubera iduga ry’ibiciro ku bintu vyose.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion /  Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion /  Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion /  Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion /  Changer )

Connexion à %s