Abisezerano Abarundi bose niryo hanga ryatoranijwe n’Uhoraho Imana, Yehova Yire. Uzobigisha ibirenze ivyoni inzimizi. Lien17 septembre 201817 septembre 2018 Ihanga ry-Imana Uhoraho Imana yitoranirije Abarundi abari hafi n’abari kure, abari mu gihugu n’abari hanze, ngo bamubere ihanga ryiwe. Iryo sezerano yabahaye siryoumuntu canke akarwi k’abantu mugabo Ihanga ryose ry’Abarundi. Twese duhamagarirwa kwigina ubwiza bw’Uhoraho Imana yacu, mu kwerekana urukundo, ukwihanganiranira, ubuntu, ukugira neza, ukwihana no kugororoka. Abarongozi Imana yatoranije ngo barongore ubwoko bwayo bazohora babaha amakuru ngo mumenye ibimenyetso vy’ibihe kandi ntibazohengeshanya kubaha impanuro zivuye k’Uhoraho Imana yacu. Mwese muteramire isezerano Imana yahaye Ihanga ry’Abarundi mwirinde inyigisho z’abadayimoni ziteragira urwanko no n’amacakubiri. Umwami Yesu abazigame. Partager : Partager sur X(ouvre dans une nouvelle fenêtre) X Partager sur Facebook(ouvre dans une nouvelle fenêtre) Facebook Partager sur LinkedIn(ouvre dans une nouvelle fenêtre) LinkedIn Partager sur Telegram(ouvre dans une nouvelle fenêtre) Telegram Partager sur WhatsApp(ouvre dans une nouvelle fenêtre) WhatsApp Envoyer un lien par e-mail à un ami(ouvre dans une nouvelle fenêtre) E-mail Imprimer(ouvre dans une nouvelle fenêtre) Imprimer J’aime chargement… Similaire