Ubwato bwo ku kiyaga victoria bwaribiye ejo haheze buhitana ubuzima bw’abantu barenga 126. Igihugu ca Tanzania kuri mu mubabaro ntagere. Kandi si ubwambere ico kuyaga ciha inkumbi.