Abantu baridodomba kubw’ibibagoye, bigwa mu matwi y’Uhoraho; avyumvise, uburake bwiwe buraziriringa

Guharura 11:1-3: Abantu baridodomba kubw,ibibagoye,bigwa mu matwi y,Uhoraho;avyumvise,uburake bwiwe buraziriringa:umuriro w,Uhoraho waduka muri bo,uyigiza igihimba co mu Ku mpera y,aho bashagaje.Abantu batakambira Mose ,nawe abasabira k,Uhoraho,uwo muriro urazima.

Twirinde kwidodomba kuko bitera Imana kuraka maze ikadusukako ibihano.Twige gutanga amashimwe kuko arivyo bihimbara Imana naho mu gihe c,amakuba dufukame tuyambaze nk,uko Mose yabikoze abonye umuriro ubarigise ntankeka ko imiriro yaka imbere yacu ni vyo bibabazo,imitwaro,indwara n,ibindi Uhoraho azayizimya.Amahoro y,Imana abe muri mwebwe

Publicités