mwizere Uhoraho Imana yanyu,mubone gushikama;mwizere n’abavugishwa nawe,mubone gutsinda.

2 INGOMA: 20:20

« Bukeye bgaho barazinduka,bafata inzira ngo baje mu bugaragwa bg’i Tekowa;bagitangura,Yehoshafati ahagarara ngaho,aravuga,ati ni muntege amatwi yemwe Bayuda,namwe ababa i Yerusalemu ;mwizere Uhoraho Imana yanyu,mubone gushikama;mwizere n’abavugishwa nawe,mubone gutsinda. »

Iryo jambo rikubere igisomwa c’uyu munsi, rikubere urufatiro rwo kwiyumvirirako ivyo wasezeraniwe.

Umwami Yesu abazigame mwese.

Amen

Publicités