Ijambo ry,Imana ryuyumusi rivuga ngo Imana ntizoreka kurandura Abansi bawe bakudwanya mû kikorwa Imana yagushinze
Kuvayo 14:13-14
14:19 Imana igiye gutembagaza ivyaguhagurukiye vyose kuko Uhoraho ariko avuze hariho abavuze KO igikorwa Uhoraho yaguhaye atarirwawe mbere abantu baragusuzugura n,abarongozi mukorana baragukengera W,ibuke KO miriyamu na Aloni bakengereye Mose batonzweko ni ndwara y, (imibembe)
Imana ntizoreka kwangaza abazoguhagurukira Bose mugikorwa Imana yaguhaye Imana izoheba ibihumbi nibihumbi bipfe kubwawe kuko bizoba bije kudwanya igikorwa cayo nu W,Imana yatunye
Kurya Uhoraho atahevye Mose na bi israël ikabacira inzira mukiyaga gitukura igacuranguriza ibihumbi nibihumbi vyabanyegiputa munyanza itukura
Niko Uhoraho agiye kukuzigama wewe nabantu bawe kuko Uhoraho ariwewe yatumye ntutimye, ibibazo kuko ahonyene ariho ugiyekuronkera intsinzi uvuge utii Amen. Amen.