Burundi/Muramvya: Abantu 4 bapfuye abandi 3 barakomereka n’isanganya ry’imodoka

Abantu 4 nibo bapfuye abandi 3 barakomereka inyuma yaho imodoka yo mu bwoko bwa “Remorque” igoganye n’imodoka “Probox” ahitwa Mubarazi ku birometero 4 uvuye ku murwa mukuru w’intara ya Muramvya.

Amakuru atangwa n’abajejwe umutekano avuga ko abapfuye ari Saturnin Mudende n’umugore wiwe Immaculee,Georges SEMBWA hamwe na Venancie NIZIGAMA kandi bose bava mu ntara ya Cankuzo.

Ayo makuru avuga ko abakomeretse ari Razard SEBWA,Tomas Mozes Jackson hamwe na Immaculee KAMARIZA.

Publicités