Ikinyamakuru « IKIRIHO » carahagaritswe

Ikinyamakuru candika k’urubuga ngurukanabumenyi « Ikiriho » carahagaritswe vyimfatakibanza n’umushikirizamanza mukuru wa repuburika.

Mw ‘ikete inomero Ref :552/10/700/SN/2018,umushikirizamanza mukuru wa Repuburika yandikiye umuyobozi w’ico kinyamakuru ,Sylvestre NYANDWI avuga ko ico kinyamakuru gihagaritswe ku mvo z’idosiye RMP /799/NS yuguruwe mu butungane.

Sylvestre NYANDWI avuga ko uwuzorenga kuriyo ngingo azohanwa n’ amategeko

Publicités