Umutumiro w’amasengesho yo gusengera Abarundi n’Uburundi.

Nkuko Uhoraho Imana yadutegetse imisi yose yo ku wa gatatu no kuwa gatandatu, twama dufise amasengesho yo gusengerau Burundi n’abarundi.
URUFATIRO
~~~~~~~~
« WAME WATURA IVYIZA. »
IBISOMWA:
-GUHARURA:14: 28
– IVYAKOZ 3:6-8
– ESITERI 6: 13; 7:10
– 1ABAMI 17:1 ; 7 ; 21: 17-19; 22: 34- 38
INDIRIMBO
~~~~~~~~
49 ; 325; 272; 81; 90; 100; 158; 186
Abantu benshi bari mumgaruka y’amajambo ubwabo batuye haba kuribo ubwabo canke kubandi:
Ugasanga umuvyeyi yatuye ibintu kumwana emama ngo ni ikijuju, ntakomeye ; umugabo akatura ibintu kumugore canke umugore kumugabo; kugihugu; kubarongozi muvyimana:ba pasitori ; kuba patiri ….. uhoraho arirahiye ati ivyo yabunvanye nivyo azobakorera (guharura 14:28); buri ijambo ryose riserutse rivuye mukanwa kacu rigira ingaruka nziza canke mbi.
Eliya ati ntanvura  biba bityo; rahabu abwigwa ko azopfa kucaha yakoze mu kwica Naboti biba uko ; muka Hamani abwira umugabo ko azocunaguzwa biba uko (Esiteri 6:13; 7:10);Petero na Yohana babwira iki muga ngo haguruka biba kuno(ivyakoz3:6-8)….
Ikibazo mb amajambo we watura ameze gut? Ivyo urimwo ntabwo  woba waravyoyatuyeko? Weho ntawe watuye ko bibi? Ugatsindwa ihane.
Fata ingingo wature ivyiza.
IVYOGUSENGERA
*******************
– Abatuweko bibi
-abavumwe nabavyeyi
– abagowe batandukanye
– ababoshwe nimivumo itandukanye
-I gihugu ; ihanganga nabarongozi badyo
Ni dusangwe Imana- u Burundi n’isezerano. 
Bigiriwe I Bujumbura le 23/102018

Publicités