Arikw’ivy’umwana wayo yarabivuze, it’Ingoma yawe, Mana, ihangamye ibihe bidashira, Icumu ry’ubugabe bwawe n’icumu ry’uganza atunganye.

ABAHEBURAYO 1:8

Arikw’ivy’umwana wayo yarabivuze,it’Ingoma yawe,Mana,ihangamye ibihe bidashira,Icumu ry’ubugabe bwawe n’icumu ry’uganza atunganye.

Uwo ni Yesu yabwiwe na se ayo majambo.Uhoraho yamuhaye icubahiro kidasanzwe,mbere amuhana n’ububasha.

Yesu yaduhaye ubuzima bwiza bushasha. Reka turabe kimwe mubitari vyoroshe yadukuyeko.

Guharura19:11 uzokora Ku kiziga c’umuntu uw’ari we wese azoba ahumanye kumara imisi indwi.

Ukwo guhumana,Yesu yagukuyeho,Yesu yaduhinduriye ibihe aduha umwidegemvyo muri we,ariko atari uwo gukora ivyaha no kwishushanya n’ivyiki gihe.