Pasteur Mbayahaga Isidore abarizwa mwibohero rikuru rya Mpimba.

Pasteur Mbayahaga mubona kuri iyo foto asanzwe ari umu pasteur muri Eglise du Rocher aho umupfasoni w’umukuru w’Igihugu Nkurunziza Deniza asanzwe arongoye ubu abarizwa mu mpimba.

Pasteur Mbayahaga yoba afunzwe yagirizwa escroquerie. Kuko yoba yaheranye amahera y’abantu yakoresheje nko mukwubaka inzu.

Ayamushikany mpimba yoba ari imilioni 10 yahawe n’ umugwizatunga.

Publicités