Abandi bageragereshwa gushinyagurirwa no gukubitwa ibimoko, mbere bashirwa mu ngoyi no mu mabohero

Abaheburayo 11: 36 Abandi bageragereshwa gushinyagurirwa no gukubitwa ibimoko, mbere bashirwa mu ngoyi no mu mabohero; 37 bicishijwe amabuye, bakerewemwo kubiri, barageragejwe, bicishijwe inkota, bayerera bambaye insato z’intama n’iz’ impene, bari baburaniwe, bababazwa, bagirirwa nabi, 38 (isi ntiyar’ ibabereye ko bayibamwo), bayerera mu bugaragwa no mu bisozi no mu masenga no mu vyobo.

iki gihe ntikigomba kwibagiranwa naho haciye imya igihumbi namajana irenga bibaye kuva 321 gushika muri 1798 ibintu vyabaye bibi cane muri 538 agatikizo i Yelusalemu karahoneje vyinshi benshi bahorwa kubahiriza amategeko cumi y’Imana

Igihe EMPEREUR CONSTATIN yahagaruka mukwemeza itegeko rihatira abari kwisi guhindura isengesho bahora bakora kuwindwi ngo bazohore barikora kuwambere ariko nubwo vyabaye uko abakristo bukuri barangimije mwijuru barindira Imana iraza kubatabara Ijambo rimanutse rivuga ngo ntabwo isi yari iyabo ahubwo ngo baribahisemwo kujakwinyegeza mumasenga bamwe bicwa ninzara agahamo kamaze amezi 42 nukuvuga imisi 1260 bakomeje kutava kwitegeko ry’Imana Stephano Barutoromayo Ndereya nabandi bapfiriye mukuri

Reka nkubwireko agahamo komugihe caco kagomba kuzomara amezi 6 nukuvuga imisi 180 uhirwa buhongo.

Ikibazo Niki mbega harico bikugize kuba ibi vyarabaye?bikwigishije iki?

Publicités