Ikoreshwa ry’imashini mu matora yo muri RD Congo riteye amakenga abatavuga rumwe na reta bavuga ko biteye kubiri n’amategeko

Umwe mu bakandida bakomeye batavuga rumwe na reta muri RD Congo avuga ko umugambi wo gukoresha imashini mu matora ya prezida bidakurikije amategeko. 

Martin Fayulu avuga ko akanama kajejwe gutegura amatora kazokoresha imashini zishasha kugira gahe amahirwe umukandida w’urunani rw’imigambwe ruri ku butegetsi, Emmanuel Shadary, kugira atahukane intsinzi mu matora y’umukuru w’igihugu.

Fayulu yipfuza ko hakorshwa impapuro z’amatora mu kibanza c’imashini mu matora ategekanijwe itariki 23 z’uku kwezi.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion /  Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion /  Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion /  Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion /  Changer )

Connexion à %s