Agatabo gatanga umuco ku nzozi (indoto), inyereko n’ubuvugishwa. Wogasaba kuri +966556674315 canke kuri +254770599738 canke +260956275165 canke ++25761404181.

Agatabo karimwo ubumenyi bwinshi: muri aka gatabo harimwi umuco ku:

1. Kumenya inzozi, inyereko n’ubuvugishwa;

2. Ibintu 30 bifise ico bisigira mu ndotozawe;

3. Kumenya indoto mbi n’uko wozirinda;

4. Ingene Imana ikoresha indoto;

5. Ibiranga inzozi n’inyereko ziva ku Imana;

6. Inyereko n’inzozi uyu munsi mu Burundi;

7. Ibintu 40 bivugwa n’ico bisigura muri Bibiliya.

Burya umuntu wese ararota iminsi yose mw’ijoro niburiburi amasaha 2 nkuko abahinga babivuga babikuye mu bushakashatsi bwimbitse bakoze. Kandi burya indoto zihishura amabanga menshi kandi ahambaye mu buzima bw’abantu. Uwariwe wese akwiriye, naho atari icoroshe, kumenya neza na neza ubutumwa buciye mu ndoto n’inyereko aronka. Usome aka gatabo kuva kuntango gushika kwiherezo harico uri buhungukire.

Publicités

Répondre

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion /  Changer )

Photo Google

Vous commentez à l'aide de votre compte Google. Déconnexion /  Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion /  Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion /  Changer )

Connexion à %s