Imana iguma ikora ibitangaza  » umwigeme yavuyemwo imisumari mu nda »

Erreur
Cette vidéo n’existe pas

Dusenga Imana yumva, Imana ivuga kandi ikora ibitangaza. Satani ntashobora kuzura uwapfuye n’umwe, ntashobora gukiza indwara canke ngo atabare abagowe. Iyo yiganye ibitangaza atanga ubutunzi akakwaka ikimazi c’amaraso yabo ukunda mbere akanagutwara ubuzima. Ukwo nikwo gukora ibitangaza?! Ntakindi kimugenza atari ukwiba, ukwica no kwonona. Ariko Yesu we ni umunyempuhwe, umunyarukundo n’imbabazi
abisezerano.com