Abakozi b’Imana bazanye Umuvyuro n’Ikanguro kandi banarwanijwe

Igihe cose Imana ihagurukije umukozi wayo habaho ibikoresho vya satani vyinyegeza muri utu na turiya ngo babagwanye. Ariko kubera baba bariko baragwanya Imana y’ubushobozi, umurimo wayo uramamara.
Pasteur Alph Lukau arabatwereka.