Ibivugwa cane mu Burundi ni itangazwa ry’ibiharuro vy’abatsinze amatora n’ibindi kuri uyu munsi.

Umutumiro w’itangazwa ry’ibyavuye mu matora
Ingene inyamiramabi zikwije ngo zihangane n’abagumuka.
Ibiharuro bitangwa n’umugambge uri ku butegetsi
Ibiharuro bivugwa na CNL yuko arivyo vy’ukuri
Ibigwanisho bavuga yuko bafatanye urwaruka
Ibiharuru umugambge uri ku butegetsi uvuga yuko arivyo bigiye gushikirizwa
Ibiharuro bitangazwa n’umuntu atari mu gihugu mugabo avuga yuko ari ivyo ukuri biha intsinzi CNL
Urutonde rw’itangazwa rya mbere ( ari naryo ryama rifatwa nk’ukuru n’ubutegetsi) ry’ibyavuye mu matora yo kuwa 20/05/2020.
Ivyo umugambge CNL wabaye urashikiriza vyaranze amatora.
Uwitwa Lambert Muhimpundu yabaye ariyimika haciye imyaka 3 ubu akavuga yuko kubera Imana igomba ghshira ingoma yayo yuko ariwe azoca aramutswa Uburundi
Uwuvuga nawe yuko yatowe n’umugambge wiwe vy’ukuri akomeza kwisayanganira n’umucance wiwe bagendera mu miryango y’abakatolika bamukamwo.
Umukenyezi (CNL) wo muri komine Buganda intara ya Cibitoke ahejeje gukomeretswa kubera impari z’amatora.

Umusore (CNL) muri komine Buganda Cibitoke yakomerekejwe kubera impari z’imigambge.

Haravugwa inama zitandukanye z’abasirikare bakuru n’abapolisi kuruhande rumwe, n’iyindi y’abanya politike bagwanya reta y’uBurundi kurundi ruhande

Ishengero rya Yesu Kristo Ihanga ry’Imana rihamagarira abubaha Imana bose kwihana neza, kwiyeza no gusengera uburinzi bgabo, ubgo imiryango yabo n’ubgo igihugu.