Japhet NIBARUTAni umwe mu bahanuzi b’abavugishwa n’Imana b’Ihanga Ryera ry’Imana afise amabanga menshi yashize ahabona.

Japhet NIBARUTA ni umwe mu bavugishwa b’Ihanga Ryera ry’Imanaatuye mu gihugu ca Canada akaba ari naho arangurira ibikorwa vy’Imana. Afise imburi nyinshi kw’Ihanga ry’abarundi no ku bakozi batandukanye.