Aller au contenu principal

Ihanga Ryera ry-Imana

Ihanga Ryera ry'Imana ni Ishengero rya Yesu Kristo. Ni umuryango w'Abera, batoranijwe n'Uhoraho Imana bahabga Isezerano. Twigisha ubutumwa bg'ukuri, tukabatiza, tugasengera abantu kandi tugakora ibikorwa biranga intumwa z'Imana. Yesu Kristo niwe rufatiro rwacu. Nti twisuka muvyo amadini, imigambgwe canke ngo twifatanye n'ivyo isi. Twigisha abo isi ukwihana n'ukugororoka. Email: ihangaryimana@gmail.com Tel: +257-61404181.

  • Accueil
  • Radio Isezerano
AccueilWibuke ushimire Uhoraho Imana muri vyose.

Wibuke ushimire Uhoraho Imana muri vyose.

Lien 26 novembre 2020 Ihanga Ryera ry-Imana Abisezerano

Uko biri kwose n’aho uri hose, wibuke gushima Uhoraho Imana mw’Izina rya Yesu Kristo. Mw’ibohero, mu buhungiro, mu ruhamo, mu bukene, mu marwara, mu mubabaro no mu munezero wibuke ushimane umunezero ko ukuriho muzima.

Partager :

  • Twitter
  • Facebook
  • LinkedIn
  • Telegram
  • WhatsApp
  • Skype
  • E-mail
  • Imprimer

WordPress:

J'aime chargement…

Articles similaires

Navigation des articles

← Uhoraho Imana yaratanguye gukubita abashumba b’inyererezi kugira ngo yiheshe icubahiro.
Ntihagire utakaza ivyizigiro kuko isezerano rigiye gushika. →

Radio Isezerano Internationale

Ibiganiro mu ndimi zo mumahanga

Application mobile: Isezerano

Bibiliya y’Ikirundi

Akazindizi: Ikirundi n’icongereza

Suivez-nous

  • Facebook

Abisezerano T.V

Igicaniro c’abavugishwa

Muzohora musoma amakuru yavuye kumusozi w'Abavugishwa

Hindura murundi rurimi

Ibiharuro v'abagenzi

  • 658 807 Abatugendeye

Entrez votre adresse mail pour suivre ce blog et être notifié par email des nouvelles publications.

Rejoignez 6 228 autres abonnés

Ihanga Ryera ry’Imana ni bande.

Turi Ihanga Ryera ry’Imana, abatiranijwe, abahawe isezerano tukaba n’umuryango w’abera. Ntimuturonderere mu madini canke ayo mashengero yo mw’isi. Turi ishengero rya Yesu Kristo, wa mugeni wiwe agiye kugaruka gutora. Tuguma dusenga, tuvuga ubutumwa, tubatiza abantu kuko duteramiye isezerano ry’igihugu n’iryo ijuru Uhoraho Imana yadusezeraniye. Tugiye gutwara umuvyuro n’ikanguro mu gihugu no mu mahanga. Umwami Yesu yamamare!

Rondera

Créez un site Web ou un blog gratuitement sur WordPress.com.
  • Radio Isezerano
Annuler

 
Chargement des commentaires…
Commentaire
    ×
    loading Annuler
    L'article n'a pas été envoyé - Vérifiez vos adresses e-mail !
    La vérification e-mail a échoué, veuillez réessayer
    Impossible de partager les articles de votre blog par e-mail.
    Confidentialité & Cookies : Ce site utilise des cookies. En continuant à utiliser ce site, vous acceptez leur utilisation.
    Pour en savoir davantage, y compris comment contrôler les cookies, voir : Politique relative aux cookies
    <span>%d</span> blogueurs aiment cette page :