Ubuvugishwa bwose ku Burundi no mu karere k’ibiyaga binini kuri CD

Hanga ry’Imana aho muri hose mu gihugu c’Uburundi no mu mahanga kw’isi, namwe mwese mukunda ukuri; ya ma CDs arimwo ubuvugishwa bwose bwerekeye igihugu c’Uburundi n’akarere k’ibiyaga binini yarashizwe ahabona. Uhoraho yagize ati abantu banje bishwe n’ukutamenya (Hoseya 4:6 na Yesaya 5:13) kubera satani yaraje yinyegeza mu madini no mubavugishwa maze avanga ukuri n’ibinyoma. Mpwemu […]