Intahe n’amashimwe y’ihanga ry’Imana.

INTAHE N’AMASHIMWE K’UHORAHO IMANA YACU HANGA RY’IMANA, dukomeze gushira hejuru no kwamamaza Umwami n’Umukiza wacu Yesu Kristo. Abatura n’abarongogwa n’ivyagezwe bo ntibazi iyo baja. Yesu Kristo niwe Nzira n’Ukuri n’Ubugingo. Itanguriro n’iherezo, yakoze ibitangaza vyinshi kandi n’ubu akaba akiriko. Ehe kandi yadukirije umuvukanyi kubera amasengesho y’abera bari mu gihugu ca Congo. Uyo mubona kw’ifoto yitwa […]