Utubazo n’inyishu kw’ijambo ry’Imana.

Namba wama usoma ijambo ry’Imana canke ukunda kuryiga; wishure kuri tuno tubazo: 1) Vuga ico aba bantu bariko barakora igihe bahamagarwa gukora umurimo w’Imana: a) Elisa b) Paulo c) Simoni Petero d) Mose 2) Aba bantu amazina yabo yarahinduwe bitwa ukundi, vuga uko bahora bitwa: a) Aburahamu b) Isirayeli c) Sara d) Yedidiya Inyishu 1. […]