Ariko ndabereka iyo mukwiye gutinya: mutinye Iyiheza kwica umuntu, ikagira ububasha bwo kumukororera muri Gehinomu
LUKA 12:5 Ariko ndabereka iyo mukwiye gutinya: mutinye Iyiheza kwica umuntu, ikagira ububasha bwo kumukororera muri Gehinomu. Ni koko, ndababwire, abe ari yo mutinya. Amen Bagenzi, ubu benshi bariko bakorera ivyaha mw’ibanga, bagatinya abantu ko bababona bakinyegeza abantu ngo ntibimenyekane, ariko ntibabona ko ivyo bariko barakora vyose Yesu Kristo abibona, wewe usambana gezaho, wewe wiba […]